Mu Burundi haraye harangiye ikiringo c'indwi zitatu co kwiyamamariza amatora azoba ku munsi wa kane itariki zitanu z'uku kwezi kwa Ruheshi (6). Umugambwe CNDD-FDD wavuze ko iyo myiyamamazo yabaye ...
Mu rubanza rw'uno rurangiranwa mu muziki wo mu mudiho wa hip-hop, Sean "Diddy" Combs, yagirizwa ivyaha vyo gushora abantu mu busambanyi, uwahoze ari umukunzi wiwe, Casandra Ventura, yabwiye sentare ko ...