Jessica Lopez yahuye n'ibibazo vy'amagara bitari bike, mu buzima bwiwe bwose. Yahumye kare mu buto bwiwe, kandi yari yarokotse ingwara ya kanseri, inyuma yo kuronka ubufasha bwo guterwa ibihimba ...