Umuvugizi w'igisirikare c'Uburundi arahakana amakuru avuga ko ingabo z'iki gihugu zarungitswe muri Repubulika ya Demokarasi ya Congo gufasha igisirikare c'iki gihugu gihanganye n'inyeshamba za M23 ...
Abanyagihugu mu gisagara ca Bujumbura bariruhutsa mu bijanye no kwiyunguruza no kuronka igitoro, bagasaba ko kitosubira kubura. Hari haciye imyaka hafi itanu igitoro ari umuzi w'ibuye mu gihugu, ...