Umukuru wa Besketball Africa League (BAL) yatangaje ko umugwi Dynamo w'Uburundi wari witavye ihiganwa rya BAL 2024 uryikuyemwo kuko wanse kabiri gukina wambaye umwambaro ukwije ibisabwa n'abatunganya ...
Ahavuye isanamu, UN Special Rapporteur on poverty and human rights Umugenzuzi wa ONU ku bibazo by'ubukene bukabije n'uburenganzira bwa muntu umaze iminsi mu ruzinduko mu Rwanda yavuze ko iki gihugu ...